Lyrics

Sat-B – Your Day Lyrics

Sat-B Your Day Lyrics

Verse 1:
Today it’s your day
Behind your parents
Your brothers and your sisters
N’umunsi udasanzwe
Umunsi wiyuguruka
Ry’imigisha kuri wewe
Turanabipfurije ubugeni buhire
Muzobe amakara ntimuzobe urubeya
Muzame mufashanya
Nk’iryinyo n’umwumbati
Musenyere ku mugozi umwe
Oyee yeeeah

Chorus:
Imiryango incuti n’abagenzi
Mwabakoranije kubwo kuvyumva kumwe
Barwanka biyago bahava bataha
Nkabaragiriye inarume

Mwene mutama (Aaaye)
Ahava amusimbana (Aaaye)
Kwa ntawugayiwe (Aaaye)
Yiruka nk’akajamunda (Aaaye)

Verse 2:
Ndakugarutseko mupfasoni
Igihe cose muzobana
Uze wirinde kumwihakana
Nka petero yihakanye yezu
Mumahirwe no mumagorwa
Muze murangwe n’ubutwari
Umwumvikano mu rugo
oooh today

Today it’s your day
Behind your parent
Your brother and your sisters
N’umunsi udasanzwe
Umunsi wiyuguruka
Ry’imigisha kuri wewe

Chorus:
Imiryango incuti n’abagenzi
Mwabakoranije kubwo kuvyumva kumwe
Barwanka biyago bahava bataha
Nkabaragiriye inarume

Mwene mutama (Aaaye)
Ahava amusimbana (Aaaye)
Kwa ntawugayiwe (Aaaye)
Yiruka nk’akajamunda (Aaaye)

Uwo twareranywe (Aragiyee)
Amandine (Aragiyeee)
Ooh Simplice we (Aragiyee)
N’ubundi nta myaka ijana (Aragiyeee)

Hushula none